Gusubira mu vyagezwe 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ntimugakore mwisunze ivyo turiko turakora vyose ng’aha uno musi, umwe wese ngo akore ibigororotse mu maso yiwe bwite+, Gusubira mu vyagezwe 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Ukwiye kwishiriraho abacamanza+ n’abarongozi+ mu marembo yawe yose Yehova Imana yawe agira aguhe hakurikijwe imiryango yawe, na bo bategerezwa gucira abantu urubanza rugororotse. Abacamanza 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Muri iyo misi nta mwami yariho muri Isirayeli+. Umwe wese yakora ivyo yabona ko bibereye mu maso yiwe bwite+. 1 Samweli 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Samweli abona Sauli, Yehova na we amwishura ati: “Ng’uyo wa muntu nakubwira nti: ‘Uyu ni we azogumiza hamwe abantu banje+.’” Imigani 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wizigire Yehova n’umutima wawe+ wose kandi ntiwishimikize ubwenge bwawe bwite+.
8 “Ntimugakore mwisunze ivyo turiko turakora vyose ng’aha uno musi, umwe wese ngo akore ibigororotse mu maso yiwe bwite+,
18 “Ukwiye kwishiriraho abacamanza+ n’abarongozi+ mu marembo yawe yose Yehova Imana yawe agira aguhe hakurikijwe imiryango yawe, na bo bategerezwa gucira abantu urubanza rugororotse.
6 Muri iyo misi nta mwami yariho muri Isirayeli+. Umwe wese yakora ivyo yabona ko bibereye mu maso yiwe bwite+.
17 Nuko Samweli abona Sauli, Yehova na we amwishura ati: “Ng’uyo wa muntu nakubwira nti: ‘Uyu ni we azogumiza hamwe abantu banje+.’”