Abacamanza 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Na Efurayimu ntiyirukana Abanyakanani baba i Gezeri, mugabo Abanyakanani babandanya kuba muri bo i Gezeri+. Zaburi 106:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ntibazimanganije ibisata vy’abantu+,Nk’uko Yehova yari yababwiye+.
29 Na Efurayimu ntiyirukana Abanyakanani baba i Gezeri, mugabo Abanyakanani babandanya kuba muri bo i Gezeri+.