Guharura 33:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Muze mwirukane ababa muri ico gihugu bose bave imbere yanyu mwongere mumenagure ibishusho vy’amabuye+ vyabo vyose; ibishusho vyabo vyose vyo mu cuma gishongeshejwe+ muze mubirandure; kandi ibibanza bikirurutse vyeranda vyabo vyose muze mubizimanganye+. Gusubira mu vyagezwe 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+. Abacamanza 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Namwe ntimuze mugirane isezerano n’ababa muri iki gihugu+. Ibicaniro* vyabo muze mubisiturire hasi+.’ Mugabo ntimwumvirije ijwi ryanje+. Kubera iki mwakoze ivyo+?
52 Muze mwirukane ababa muri ico gihugu bose bave imbere yanyu mwongere mumenagure ibishusho vy’amabuye+ vyabo vyose; ibishusho vyabo vyose vyo mu cuma gishongeshejwe+ muze mubirandure; kandi ibibanza bikirurutse vyeranda vyabo vyose muze mubizimanganye+.
2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+.
2 Namwe ntimuze mugirane isezerano n’ababa muri iki gihugu+. Ibicaniro* vyabo muze mubisiturire hasi+.’ Mugabo ntimwumvirije ijwi ryanje+. Kubera iki mwakoze ivyo+?