Zakariya 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko anyishura ati: “Iri ni ryo jambo Yehova abwiye Zerubabeli ati: ‘“Si ku bw’inteko za gisirikare+, canke ku bw’ububasha+, mugabo ni ku bw’impwemu yanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. Abaheburayo 11:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 kubera ukwizera bakaba baranesheje ubwami mu ntambara+, barashitsa ubugororotsi+, barakomorerwa imihango+, baraziba iminwa y’intambwe+,
6 Nuko anyishura ati: “Iri ni ryo jambo Yehova abwiye Zerubabeli ati: ‘“Si ku bw’inteko za gisirikare+, canke ku bw’ububasha+, mugabo ni ku bw’impwemu yanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
33 kubera ukwizera bakaba baranesheje ubwami mu ntambara+, barashitsa ubugororotsi+, barakomorerwa imihango+, baraziba iminwa y’intambwe+,