Abacamanza 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, bituma abatanga mu maboko y’abasahuzi, batangura kubasahura+; kandi atangura kubagurisha mu kuboko kw’abansi babo bari irya n’ino yabo+, ntibaba bagishobora guhagarara imbere y’abansi babo+. Yohani 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yezu aramwishura ati: “Nta bubasha na bukeyi wari kungirako, iyo utaba wabuhawe buvuye hejuru+. Ni co gituma uwantanze kuri wewe afise igicumuro kinini kuruta.”
14 Ishavu rya Yehova rica rirurumbira Isirayeli+, bituma abatanga mu maboko y’abasahuzi, batangura kubasahura+; kandi atangura kubagurisha mu kuboko kw’abansi babo bari irya n’ino yabo+, ntibaba bagishobora guhagarara imbere y’abansi babo+.
11 Yezu aramwishura ati: “Nta bubasha na bukeyi wari kungirako, iyo utaba wabuhawe buvuye hejuru+. Ni co gituma uwantanze kuri wewe afise igicumuro kinini kuruta.”