Abacamanza 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo ubwiwe, ashitse ku macukuriro yari i Gilugali+, asubira inyuma maze avuga ati: “Ndagufitiye ijambo ry’akabanga, mwami.” Na we avuga ati: “Nimucereze!” Abari bahagaze iruhande yiwe bose baca barasohoka bava aho ari+.
19 Mugabo ubwiwe, ashitse ku macukuriro yari i Gilugali+, asubira inyuma maze avuga ati: “Ndagufitiye ijambo ry’akabanga, mwami.” Na we avuga ati: “Nimucereze!” Abari bahagaze iruhande yiwe bose baca barasohoka bava aho ari+.