Yosuwa 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko abantu baduga bavuye muri Yorodani ku musi ugira cumi w’ukwezi kwa mbere, bakambika i Gilugali+ ku mupaka wa Yeriko wo mu buseruko. Yosuwa 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Yehova abwira Yosuwa ati: “Uno musi nakuye iceyi ca Misiri kuri mwebwe+.” Aho hantu rero bahita Gilugali+ gushika n’uyu musi.
19 Nuko abantu baduga bavuye muri Yorodani ku musi ugira cumi w’ukwezi kwa mbere, bakambika i Gilugali+ ku mupaka wa Yeriko wo mu buseruko.
9 Maze Yehova abwira Yosuwa ati: “Uno musi nakuye iceyi ca Misiri kuri mwebwe+.” Aho hantu rero bahita Gilugali+ gushika n’uyu musi.