ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 15:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Abakeni+ n’Abakenizi n’Abakadumoni

  • Guharura 24:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Abonye Abanyakeni+, ashishikara ijambo ryiwe ry’akagani ati:

      “Aho uba hararamba, kandi ikibanza ubamwo kiri ku rutare.

  • 1 Samweli 15:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ico gihe Sauli abwira Abakeni+ ati: “Hogi, nimugende+, mumanuke muve hagati y’Abamaleki, kugira sindabazimanganye hamwe na bo. Wewe waragiriye ubuntu bwuzuye urukundo bene Isirayeli bose+ igihe baduga bavuye mu Misiri+.” Nuko Abakeni bava hagati muri Amaleki baragenda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika