Itanguriro 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze Imana ihumura amaso yiwe, araheza abona iriba ry’amazi+; nuko aragenda atangura kwuzuza nya mukuza w’urushato amazi no guha nya muhungu utwo kunywa.
19 Maze Imana ihumura amaso yiwe, araheza abona iriba ry’amazi+; nuko aragenda atangura kwuzuza nya mukuza w’urushato amazi no guha nya muhungu utwo kunywa.