Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+. 1 Samweli 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ubu rero nimuhagarare, ndabacire urubanza imbere ya Yehova nongere ndabiganire ibikorwa vy’ubugororotsi vya Yehova vyose+, ivyo yakoreye mwebwe na ba sogokuruza banyu. Zaburi 145:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bazodudubiza amajambo bavuga ubwinshi bw’ukumera neza kwawe+,Kandi kubera ubugororotsi bwawe, bazokwiha akamo k’umunezero+. Mika 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yemwe bantu banje, ndabinginze mwibuke+ umugambi wa Balaki umwami wa Mowabu+ be n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+. Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+, kugira ngo ibikorwa bigororotse vya Yehova bimenyekane+.”
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
7 Ubu rero nimuhagarare, ndabacire urubanza imbere ya Yehova nongere ndabiganire ibikorwa vy’ubugororotsi vya Yehova vyose+, ivyo yakoreye mwebwe na ba sogokuruza banyu.
7 Bazodudubiza amajambo bavuga ubwinshi bw’ukumera neza kwawe+,Kandi kubera ubugororotsi bwawe, bazokwiha akamo k’umunezero+.
5 Yemwe bantu banje, ndabinginze mwibuke+ umugambi wa Balaki umwami wa Mowabu+ be n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+. Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+, kugira ngo ibikorwa bigororotse vya Yehova bimenyekane+.”