Abacamanza 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Sisera aca akoranya imikogote y’intambara yiwe yose, ya mikogote y’intambara amajana icenda ifise ibikeruzo vy’icuma+, n’abantu bose bari kumwe na we, bava i Harosheti h’amahanga baja ku mwonga Kishoni+. Zaburi 44:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.
13 Sisera aca akoranya imikogote y’intambara yiwe yose, ya mikogote y’intambara amajana icenda ifise ibikeruzo vy’icuma+, n’abantu bose bari kumwe na we, bava i Harosheti h’amahanga baja ku mwonga Kishoni+.
3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.