Gusubira mu vyagezwe 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+. Abacamanza 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bene Isirayeli batangura rero kuririra Yehova+, kuko Yabini yari afise imikogote y’intambara amajana icenda ifise ibikeruzo vy’icuma+, kandi ubwiwe akaba yari amaze imyaka mirongo ibiri ahahaza bene Isirayeli+ bimwe bibi.
20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+.
3 Bene Isirayeli batangura rero kuririra Yehova+, kuko Yabini yari afise imikogote y’intambara amajana icenda ifise ibikeruzo vy’icuma+, kandi ubwiwe akaba yari amaze imyaka mirongo ibiri ahahaza bene Isirayeli+ bimwe bibi.