ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 20:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Niwaja ku rugamba kurwana n’abansi bawe maze ukabona amafarasi n’imikogote y’intambara+, abantu benshi kukuruta, ntuze ubatinye; kuko Yehova Imana yawe, uwagukuye mu gihugu ca Misiri+, ari kumwe nawe+.

  • Yosuwa 17:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Maze bene Yozefu bavuga bati: “Akarere k’imisozi ntikadukwiye, kandi hari imikogote y’intambara+ ifise ibikeruzo vy’icuma mu Banyakanani bose baba mu gihugu co mu kiyaya co hasi, haba mu bari i Beti-sheyani+ no mu bisagara bihakukira canke mu bari mu kiyaya co hasi ca Yezireyeli+.”

  • Abacamanza 1:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Yehova abandanya kubana na Yuda, ku buryo yigarurira akarere k’imisozi, mugabo ntiyashobora kwomora ababa mu kiyaya co hasi, kuko bari bafise imikogote y’intambara+ ifise ibikeruzo vy’icuma+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika