ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi Yehova abahagurukirije abacamanza+, Yehova yabana n’uwo mucamanza, akabakiza mu kuboko kw’abansi babo mu misi yose y’uwo mucamanza; kuko Yehova yicuza+ kubera ukuniha kwabo gutewe n’ababahahaza+ be n’ababaturubika.

  • Abacamanza 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Bene Isirayeli rero batangura gutabaza Yehova+. Maze Yehova ahagurukiriza umukiza+ bene Isirayeli kugira ngo abakize, ari we Otiniyeli+ mwene Kenazi+, mutoyi wa Kalebu+.

  • Zaburi 107:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Batangura gutaka Yehova ngo abatabare mu marushwa yabo+;

      Abakiza amaganya barimwo nk’uko yama+.

  • Zaburi 145:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Icipfuzo c’abamutinya azogishitsa+,

      Kandi azokwumva ugutabaza kwabo, abakize+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika