Zaburi 44:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Tubikesheje wewe, tuzosunika abarwanizi bacu+;Mw’izina ryawe tuzohonyangira hasi abadukurira hasi+. Yesaya 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko ukuboko kwa Yehova kuzocumbika kuri uyu musozi+, kandi Mowabu izohonyangirwa hasi+ ahantu hayo nk’igihe ikirundo c’ibikumbi gihonyangirwa hasi ahantu h’intabire+. Mika 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umwansi wanje azobibona yicwe n’ibimaramare+, umwe yahora ambwira ngo: “Ari hehe Yehova Imana yawe+?” Amaso yanje azomwitegereza+. Ubu rero azocika ahantu ho guhonyanga, nk’urwondo rwo mu mabarabara+.
5 Tubikesheje wewe, tuzosunika abarwanizi bacu+;Mw’izina ryawe tuzohonyangira hasi abadukurira hasi+.
10 Kuko ukuboko kwa Yehova kuzocumbika kuri uyu musozi+, kandi Mowabu izohonyangirwa hasi+ ahantu hayo nk’igihe ikirundo c’ibikumbi gihonyangirwa hasi ahantu h’intabire+.
10 Umwansi wanje azobibona yicwe n’ibimaramare+, umwe yahora ambwira ngo: “Ari hehe Yehova Imana yawe+?” Amaso yanje azomwitegereza+. Ubu rero azocika ahantu ho guhonyanga, nk’urwondo rwo mu mabarabara+.