ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 110:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Azoshitsa imanza hagati mu mahanga+;

      Azokwuzuza hose imivyimba+.

      Azomenagura umukuru agaba igihugu c’abantu benshi+.

  • Yesaya 15:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Mowabu+: Kubera ko hanyazwe mw’ijoro, Ari+ h’i Mowabu hanumijwe. Kubera ko hanyazwe mw’ijoro, Kiri+ h’i Mowabu hanumijwe.

  • Zefaniya 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ku bw’ivyo rero, ndahiye ukubaho kwanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo* avuze, ya Mana ya Isirayeli, “Mowabu izocika nka Sodomu+, bene Amoni+ na bo bacike nka Gomora, ahiganziwe n’ibisuru, habe icobo c’umunyu n’igiharabuga, emwe, gushika igihe kitagira urugero*+. Bazosahurwa n’abasigaye bo mu bantu banje, kandi amasigarira y’ihanga ryanje azobigarurira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika