Guharura 21:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko umuriro wavuye i Heshiboni+, urubeya rukava mu gisagara ca Sihoni.Rwayigije Ari+ h’i Mowabu, bene ibibanza bikirurutse* vya Arunoni. Gusubira mu vyagezwe 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova maze ambwira ati: ‘Ntusindire Mowabu canke ngo uje mu ntambara na bo, kuko ata na gatoyi nzoguha ngo wiganzire ku gihugu ciwe, kuko Ari+ nayihaye bene Loti+ ngo bayiganzire.
28 Kuko umuriro wavuye i Heshiboni+, urubeya rukava mu gisagara ca Sihoni.Rwayigije Ari+ h’i Mowabu, bene ibibanza bikirurutse* vya Arunoni.
9 Yehova maze ambwira ati: ‘Ntusindire Mowabu canke ngo uje mu ntambara na bo, kuko ata na gatoyi nzoguha ngo wiganzire ku gihugu ciwe, kuko Ari+ nayihaye bene Loti+ ngo bayiganzire.