Imigani 31:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nimumuhe ku vyamwa vy’amaboko yiwe+, kandi ibikorwa vyiwe bimushemeze mu marembo+.