Rusi 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubu rero ga mukobwa wanje, ntutinye. Ivyo uvuga vyose ndabigukorera+, kuko bose mu gisagara* c’abantu banje bazi yuko uri umugore w’agahebuza+. Zaburi 128:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko uzorya ibivuye mu bucumukure bw’amaboko yawe+.Uzoba uwuhiriwe, kandi bizokugendera neza+.
11 Ubu rero ga mukobwa wanje, ntutinye. Ivyo uvuga vyose ndabigukorera+, kuko bose mu gisagara* c’abantu banje bazi yuko uri umugore w’agahebuza+.