Umusiguzi 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Raba! Ikiruta ibindi jewe niboneye, kikaba ari ciza, ni uko umuntu yorya, akanywa, akabona iciza ku bw’igikorwa c’ubutame ciwe cose+ akora agatama munsi y’izuba mu misi yose y’ubuzima bwiwe Imana y’ukuri yamuhaye, kuko uwo ari wo mugabane wiwe. Yesaya 65:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntibazokwubaka ngo uwundi ayibemwo; ntibazotera ngo uwundi abirye. Kuko imisi y’abantu banje izoba nk’imisi y’igiti+; kandi abo natoye bazokwinovora bimwe bishitse igikorwa c’amaboko yabo+.
18 Raba! Ikiruta ibindi jewe niboneye, kikaba ari ciza, ni uko umuntu yorya, akanywa, akabona iciza ku bw’igikorwa c’ubutame ciwe cose+ akora agatama munsi y’izuba mu misi yose y’ubuzima bwiwe Imana y’ukuri yamuhaye, kuko uwo ari wo mugabane wiwe.
22 Ntibazokwubaka ngo uwundi ayibemwo; ntibazotera ngo uwundi abirye. Kuko imisi y’abantu banje izoba nk’imisi y’igiti+; kandi abo natoye bazokwinovora bimwe bishitse igikorwa c’amaboko yabo+.