Imigani 31:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Igikundiro coshobora guhendana+, n’ubwiza bwoshobora kuba ubusa+; mugabo umugore atinya Yehova ni we yihesha ugushemezwa+. Imigani 31:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nimumuhe ku vyamwa vy’amaboko yiwe+, kandi ibikorwa vyiwe bimushemeze mu marembo+. 1 Timoteyo 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ahubwo bibe mu buryo buberanye n’abagore bavuga ko batinya Imana+, ni ukuvuga mu bikorwa vyiza+. 1 Petero 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ahubwo kube wa muntu yihishije+ wo mu mutima mu vyambarwa bitabora+ vy’umutima utekereje kandi witonda+, ari wo w’agaciro kanini mu maso y’Imana.
30 Igikundiro coshobora guhendana+, n’ubwiza bwoshobora kuba ubusa+; mugabo umugore atinya Yehova ni we yihesha ugushemezwa+.
4 ahubwo kube wa muntu yihishije+ wo mu mutima mu vyambarwa bitabora+ vy’umutima utekereje kandi witonda+, ari wo w’agaciro kanini mu maso y’Imana.