ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 9:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Amaherezo Yehu ashika i Yezireyeli+, maze Yezebeli+ aravyumva. Yisiga+ rero irangi ryirabura ku maso yongera atunganya neza umutwe wiwe+ araheza araba hasi acishije mw’idirisha+.

  • Esiteri 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 ngo bazane Vashiti umwamikazi imbere y’umwami yambaye umugāra wa cami, kugira yereke ibisata vy’abantu n’abaganwa ubwiza bwiwe; kuko yasa neza+.

  • Imigani 6:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ntiwipfuze ubwiza bwiwe mu mutima wawe+, kandi ntagutware akoresheje amaso yiwe asayangana+,

  • 1 Petero 1:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kuko “ibiri n’umubiri vyose bimeze nk’ivyatsi, kandi ubuninahazwa bwavyo bwose bumeze nk’ishurwe ryo mu vyatsi+; ivyatsi biruma, nya shurwe na ryo rigahunguruka+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika