ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 4:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 None ubu ko unyazwe, uzogira ute, ko wahora wambara impuzu z’agahama, ko wahora wishariza n’udusharizo tw’inzahabu, ko wahora wagura amaso yawe n’irangi ryirabura+? Wahora wigirira mwiza ubusa+. Abahora bakwipfuza rwose bagutaye; baguma barondera ubuzima bwawe+.

  • Ezekiyeli 23:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Uretse ivyo, igihe batangura gutuma ku bagabo bava kure, abatumweko intumwa+, erega baciye baza+, abo wari witeguriye mu kwiyoga+, mu kwiraba amarangi ku maso+ no mu kwishariza n’udusharizo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika