-
Abacamanza 4:22Bibiliya y’isi nshasha
-
-
22 Maze ehe, Baraki yari akurikiye Sisera. Nuko Yayeli asohoka kumusanganira, amubwira ati: “Ingo ndakwereke umugabo uriko urarondera.” Yinjira rero iwe, maze asanga Sisera yari arambaraye yapfuye, rwa rumambo ruri mu misaya yiwe.
-