Abalewi 26:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Mugabo nimwabandanya kugenda mundwanya ntimushake kunyumviriza, nzobwirizwa rero kubateza ivyago izindi ncuro indwi nk’uko ibicumuro vyanyu biri+. Guharura 33:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 “‘Ariko nimutirukana ababa muri ico gihugu ngo bave imbere yanyu+, abo muzosigaza muri bo ntibazobura kubabera nk’ibintu bibazibura mu maso, bababere kandi nk’amahwa mu mbavu; emwe, bazobatoteza mu gihugu muzoba mubayemwo+. Gusubira mu vyagezwe 28:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Kandi bazorya koko icamwa c’ibitungwa vyawe n’icamwa c’ubutaka bwawe gushika uzimanganye+, kandi nta rutete, nta muvinyu mushasha canke amavuta, nta mutavu w’inka zawe canke uruvyaro rw’umukuku wawe bazogusigariza gushika bakuranduye+.
21 “‘Mugabo nimwabandanya kugenda mundwanya ntimushake kunyumviriza, nzobwirizwa rero kubateza ivyago izindi ncuro indwi nk’uko ibicumuro vyanyu biri+.
55 “‘Ariko nimutirukana ababa muri ico gihugu ngo bave imbere yanyu+, abo muzosigaza muri bo ntibazobura kubabera nk’ibintu bibazibura mu maso, bababere kandi nk’amahwa mu mbavu; emwe, bazobatoteza mu gihugu muzoba mubayemwo+.
51 Kandi bazorya koko icamwa c’ibitungwa vyawe n’icamwa c’ubutaka bwawe gushika uzimanganye+, kandi nta rutete, nta muvinyu mushasha canke amavuta, nta mutavu w’inka zawe canke uruvyaro rw’umukuku wawe bazogusigariza gushika bakuranduye+.