Gusubira mu vyagezwe 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Igihe uzoba ugeze habi kandi aya majambo yose akaba yagushitseko ku mpera y’imisi, uzobwirizwa rero kugaruka kuri Yehova Imana yawe+ no kwumviriza ijwi ryiwe+. Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.”
30 Igihe uzoba ugeze habi kandi aya majambo yose akaba yagushitseko ku mpera y’imisi, uzobwirizwa rero kugaruka kuri Yehova Imana yawe+ no kwumviriza ijwi ryiwe+.