Itanguriro 29:1 Bibiliya y’isi nshasha 29 Inyuma y’ivyo Yakobo ashingura ikirenge, abandanya kugenda aja mu gihugu c’Abanyabuseruko+. Abacamanza 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ibi ni vyo vyaba: Iyo Isirayeli ibivye imbuto+, Midiyani na Amaleki+ n’Abanyabuseruko+ baca baduga kubatera.
3 Ibi ni vyo vyaba: Iyo Isirayeli ibivye imbuto+, Midiyani na Amaleki+ n’Abanyabuseruko+ baca baduga kubatera.