Abacamanza 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ashitseyo, atangura kuvuza inzamba+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu+; hanyuma bene Isirayeli batangura kumanukana na we bavuye muri nya karere k’imisozi, akaba yari abayoboye. Zefaniya 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 umusi w’inzamba n’ikimenyetso c’ukugabisha+, ukaba uzozira ibisagara bikingijwe ibihome be n’iminara miremire yo ku mfuruka+.
27 Ashitseyo, atangura kuvuza inzamba+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu+; hanyuma bene Isirayeli batangura kumanukana na we bavuye muri nya karere k’imisozi, akaba yari abayoboye.
16 umusi w’inzamba n’ikimenyetso c’ukugabisha+, ukaba uzozira ibisagara bikingijwe ibihome be n’iminara miremire yo ku mfuruka+.