Abacamanza 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Aca agabura ba bagabo amajana atatu mu migwi itatu maze ashira inzamba+ mu maboko yabo bose n’imibindi mininiminini igaragara, ashira n’ibimuri muri nya mibindi mininiminini.
16 Aca agabura ba bagabo amajana atatu mu migwi itatu maze ashira inzamba+ mu maboko yabo bose n’imibindi mininiminini igaragara, ashira n’ibimuri muri nya mibindi mininiminini.