Abacamanza 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Afata rero nya bagabo b’inararibonye b’ico gisagara, atora n’amahwa yo mu gahinga be n’ibihandambwa, abikoresha mu gutoza indero abagabo b’i Sukoti+. Abagalatiya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntimuzimire+: Imana ntihemwa+. Kuko ico umuntu abiba cose ari co nyene azokwimbura+;
16 Afata rero nya bagabo b’inararibonye b’ico gisagara, atora n’amahwa yo mu gahinga be n’ibihandambwa, abikoresha mu gutoza indero abagabo b’i Sukoti+.