Abacamanza 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Gideyoni aca avuga ati: “Ni co gituma Yehova niyatanga Zeba na Zalumuna mu kuboko kwanje, ntazobura guhuraguza imibiri yanyu amahwa yo mu gahinga be n’ibihandambwa+.” Imigani 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku minwa y’umuntu azi ubwenge ni ho ubukerebutsi bubarizwa+, ariko inkoni igenewe umugongo w’umuntu atagira umutima+. Imigani 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Imanza zashimangiwe ku bw’abashinyaguzi+, inkoni na zo ku bw’umugongo w’ibijuju+.
7 Gideyoni aca avuga ati: “Ni co gituma Yehova niyatanga Zeba na Zalumuna mu kuboko kwanje, ntazobura guhuraguza imibiri yanyu amahwa yo mu gahinga be n’ibihandambwa+.”
13 Ku minwa y’umuntu azi ubwenge ni ho ubukerebutsi bubarizwa+, ariko inkoni igenewe umugongo w’umuntu atagira umutima+.