ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 32:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Ntimwigire nk’ifarasi canke inyumpu bitagira ubwenge+,

      Bimwe amanyama yavyo abwirizwa kugundishwa imijiginya canke ibiziriko+

      Muko biheza bikakwegera+.”

  • Imigani 19:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Imanza zashimangiwe ku bw’abashinyaguzi+, inkoni na zo ku bw’umugongo w’ibijuju+.

  • Imigani 26:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ikimoko kigenewe ifarasi+, umujiginya+ ugenewe indogobwa, inkoni na yo igenewe umugongo w’ibijuju+.

  • 1 Abakorinto 4:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mushaka iki? Nze iwanyu nzanye inkoni+, canke urukundo n’umutima w’ubwitonzi+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika