2 Abakorinto 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko naho nokwirata+ kanini ku vyerekeye ububasha Umukama yaduhaye bwo kububaka atari ubwo kubasambura+, sinoteterwa, 2 Abakorinto 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni co gituma nanditse ibi bintu ntahari, kugira ngo ninahaba, simpambare+ nisunze ububasha Umukama yampaye, bwo kwubaka+ atari gusambura.
8 Kuko naho nokwirata+ kanini ku vyerekeye ububasha Umukama yaduhaye bwo kububaka atari ubwo kubasambura+, sinoteterwa,
10 Ni co gituma nanditse ibi bintu ntahari, kugira ngo ninahaba, simpambare+ nisunze ububasha Umukama yampaye, bwo kwubaka+ atari gusambura.