2 Abakorinto 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni co gituma nanditse ibi bintu ntahari, kugira ngo ninahaba, simpambare+ nisunze ububasha Umukama yampaye, bwo kwubaka+ atari gusambura. Abaheburayo 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.
10 Ni co gituma nanditse ibi bintu ntahari, kugira ngo ninahaba, simpambare+ nisunze ububasha Umukama yampaye, bwo kwubaka+ atari gusambura.
17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.