1 Abakorinto 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ese namwe mwoguma muyobokera abantu mwene abo be n’umuntu wese asenyera ku mugozi umwe n’abandi kandi akabira akuya+. Abanyefeso 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umwe wese muri mwebwe nayobokere mugenziwe+ mutinya Kristu. 1 Petero 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.
16 Ese namwe mwoguma muyobokera abantu mwene abo be n’umuntu wese asenyera ku mugozi umwe n’abandi kandi akabira akuya+.
5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.