Abafilipi 2:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Muramuhe ikaze rero nk’uko bisanzwe bigirwa+ mu Mukama n’akanyamuneza kose; kandi abantu nk’abo mugume mubafatana iteka+, 1 Abatesalonika 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Turabasaba rero, bene wacu, guha iteka abakora cane muri mwebwe kandi babahagarikira+ mu Mukama bakongera bakabakebura; 1 Timoteyo 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abagabo b’inararibonye bahagarikira+ neza nibabonwe ko babereye iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+.
29 Muramuhe ikaze rero nk’uko bisanzwe bigirwa+ mu Mukama n’akanyamuneza kose; kandi abantu nk’abo mugume mubafatana iteka+,
12 Turabasaba rero, bene wacu, guha iteka abakora cane muri mwebwe kandi babahagarikira+ mu Mukama bakongera bakabakebura;
17 Abagabo b’inararibonye bahagarikira+ neza nibabonwe ko babereye iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+.