1 Abatesalonika 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Turabasaba rero, bene wacu, guha iteka abakora cane muri mwebwe kandi babahagarikira+ mu Mukama bakongera bakabakebura; Abaheburayo 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mwibuke ababaja imbere+, abababwiye ijambo ry’Imana, kandi uko mwitegereza ico ingeso zabo zivamwo, mwigane+ ukwizera kwabo+.
12 Turabasaba rero, bene wacu, guha iteka abakora cane muri mwebwe kandi babahagarikira+ mu Mukama bakongera bakabakebura;
7 Mwibuke ababaja imbere+, abababwiye ijambo ry’Imana, kandi uko mwitegereza ico ingeso zabo zivamwo, mwigane+ ukwizera kwabo+.