1 Timoteyo 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abagabo b’inararibonye bahagarikira+ neza nibabonwe ko babereye iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+. Abaheburayo 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.
17 Abagabo b’inararibonye bahagarikira+ neza nibabonwe ko babereye iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+.
17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.