1 Abatesalonika 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Turabasaba rero, bene wacu, guha iteka abakora cane muri mwebwe kandi babahagarikira+ mu Mukama bakongera bakabakebura; Abaheburayo 13:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mundamukirize ababaja imbere+ bose n’aberanda bose. Abo mu Butaliyano+ barabaramutsa.
12 Turabasaba rero, bene wacu, guha iteka abakora cane muri mwebwe kandi babahagarikira+ mu Mukama bakongera bakabakebura;