Yesaya 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nzokugarukanira abacamanza nk’uko vyahora mbere, nkugarukanire n’abajanama nk’uko vyari mu ntango+. Inyuma y’ivyo uzokwitwa Igisagara c’Ubugororotsi, Igisagara Cizigirwa+. Abaheburayo 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+. 1 Petero 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 atari nko mu gukandamiza+ abari intoranwa y’Imana+, ahubwo mu kubera uburorero ubusho+.
26 Nzokugarukanira abacamanza nk’uko vyahora mbere, nkugarukanire n’abajanama nk’uko vyari mu ntango+. Inyuma y’ivyo uzokwitwa Igisagara c’Ubugororotsi, Igisagara Cizigirwa+.
17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.