Abaroma 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 canke uwuhimiriza, yijukire uguhimiriza kwiwe+; uwugabura, abikore ata kwitangira+; uwuhagarikira+, abigirane ubwira nyabwo; uwugira imbabazi+, abigirane akamwemwe. Abaheburayo 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+. 1 Petero 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Muragire+ ubusho bw’Imana+ mujejwe, mutagoberewe, ahubwo mubikunze+; mutabitumwe n’ugukunda inyungu mbi+, ahubwo mubishashaye;
8 canke uwuhimiriza, yijukire uguhimiriza kwiwe+; uwugabura, abikore ata kwitangira+; uwuhagarikira+, abigirane ubwira nyabwo; uwugira imbabazi+, abigirane akamwemwe.
17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.
2 Muragire+ ubusho bw’Imana+ mujejwe, mutagoberewe, ahubwo mubikunze+; mutabitumwe n’ugukunda inyungu mbi+, ahubwo mubishashaye;