1 Abakorinto 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Munyigane, nk’uko nanje nigana Kristu+. 2 Abatesalonika 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko mwebwe ubwanyu muzi ingene mubwirizwa kutwigana+, kuko muri mwebwe tutigenjeje nk’abatagendera ku rutonde+,
7 Kuko mwebwe ubwanyu muzi ingene mubwirizwa kutwigana+, kuko muri mwebwe tutigenjeje nk’abatagendera ku rutonde+,