1 Abakorinto 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ndabinginga rero, munyigane+. 1 Abatesalonika 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi mwacitse abatwigana bakigana+ n’Umukama+, kuko mwemeye rya jambo mu makuba menshi+ muri n’akanyamuneza k’impwemu nyeranda+,
6 kandi mwacitse abatwigana bakigana+ n’Umukama+, kuko mwemeye rya jambo mu makuba menshi+ muri n’akanyamuneza k’impwemu nyeranda+,