1 Abakorinto 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Munyigane, nk’uko nanje nigana Kristu+. Abafilipi 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Munyigane+ mwunze ubumwe, bene wacu, kandi mugumize ijisho ku bagenda bisunga akarorero twabahaye+. 1 Abatesalonika 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi mwacitse abatwigana bakigana+ n’Umukama+, kuko mwemeye rya jambo mu makuba menshi+ muri n’akanyamuneza k’impwemu nyeranda+,
17 Munyigane+ mwunze ubumwe, bene wacu, kandi mugumize ijisho ku bagenda bisunga akarorero twabahaye+.
6 kandi mwacitse abatwigana bakigana+ n’Umukama+, kuko mwemeye rya jambo mu makuba menshi+ muri n’akanyamuneza k’impwemu nyeranda+,