Abacamanza 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Midiyani na Amaleki n’Abanyabuseruko+ bose bari barundaniye mu kiyaya co hasi ari benshi nk’inzige+; kandi ingamiya zabo+ ntizagira igitigiri, ari nyinshi nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga. Abaheburayo 11:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.
12 Midiyani na Amaleki n’Abanyabuseruko+ bose bari barundaniye mu kiyaya co hasi ari benshi nk’inzige+; kandi ingamiya zabo+ ntizagira igitigiri, ari nyinshi nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga.
34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.