ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 1:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 maze inderetsi zibona umugabo yari asohotse ava muri ico gisagara. Nuko bamubwira bati: “Turakwinginze utwereke aho twoca ngo dushike mu gisagara, natwe tuzokugirira ubuntu koko+.”

  • 1 Samweli 30:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Dawidi aca amubwira ati: “Woshobora kumanukana kuri ako kagwi k’abambuzi?” Na we avuga ati: “Nundahire+ Imana yuko utazonyica, be n’uko utazontanga mu kuboko kwa databuja+, nanje ndakumanukana kuri ako kagwi k’abambuzi.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika