Abacamanza 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo abaganwa ba Sukoti bavuga bati: “Mbega ibiganza vya Zeba na Zalumuna vyamaze kuja mu kuboko kwawe muko ingabo zawe zihabwa umukate+?” Imigani 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntureke kugirira iciza abagikwiriye+ kandi ukuboko kwawe kuri n’ububasha bwo kugikora+.
6 Mugabo abaganwa ba Sukoti bavuga bati: “Mbega ibiganza vya Zeba na Zalumuna vyamaze kuja mu kuboko kwawe muko ingabo zawe zihabwa umukate+?”