Abacamanza 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze bene Isirayeli batangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+. Yehova rero abatanga mu kuboko kwa Midiyani+ imyaka indwi. Zaburi 83:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nubagirire nk’uko wagiriye Midiyani+, nk’uko wagiriye Sisera+,Nk’uko wagiriye Yabini+ ku mwonga Kishoni+.
6 Maze bene Isirayeli batangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+. Yehova rero abatanga mu kuboko kwa Midiyani+ imyaka indwi.
9 Nubagirire nk’uko wagiriye Midiyani+, nk’uko wagiriye Sisera+,Nk’uko wagiriye Yabini+ ku mwonga Kishoni+.