ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 31:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Barwana intambara na Midiyani, nk’uko Yehova yari yategetse Musa, bica ab’igitsina-gabo bose+.

  • Abacamanza 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ico gihe Zeba na Zalumuna+ bari i Karukori, bari kumwe n’amakambi yabo, abantu nk’ibihumbi cumi na bitanu bakaba ari bo bonyene bari basigaye mu bari bagize ikambi yose y’Abanyabuseruko+; abari bamaze kugwa bari abagabo ibihumbi ijana na mirongo ibiri barwanisha inkota+.

  • Yesaya 9:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko ingǒgo* y’umutwaro wabo+ n’inkoni yo ku bitugu vyabo, ikibando c’uwubahindagiza ku bikorwa+, wabijanjaguye nko ku musi wa Midiyani+.

  • Yesaya 10:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kandi Yehova nyen’ingabo azomubangurira ikimoko+ nka ca gihe Midiyani yatsindirwa iruhande y’igitandara Orebu+; kandi ikibando ciwe kizoba ku kiyaga+, kandi azokiduza nk’uko yagize kuri Misiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika