Abacamanza 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma abwira abagabo b’i Sukoti+ ati: “Ndabinginze muhe utumanyu tw’umukate abantu bariko bakurikira intambuko zanje+, kuko barushe nanje nkaba nomye inyuma Zeba+ na Zalumuna+, abami ba Midiyani.” Zaburi 83:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo abanyacubahiro babo, nubagire nka Orebu na Zeyebu+,Abatware babo bo hasi bose na bo ubagire nka Zeba na Zalumuna+,
5 Mu nyuma abwira abagabo b’i Sukoti+ ati: “Ndabinginze muhe utumanyu tw’umukate abantu bariko bakurikira intambuko zanje+, kuko barushe nanje nkaba nomye inyuma Zeba+ na Zalumuna+, abami ba Midiyani.”
11 Nayo abanyacubahiro babo, nubagire nka Orebu na Zeyebu+,Abatware babo bo hasi bose na bo ubagire nka Zeba na Zalumuna+,